Mumakungu

Peru : Uwahoze ari umukuru w’igihugu Alan Garcia yapfuye inyuma yo kwirasa

Uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Peru Alan Garcia yapfuye inyuma yaho ahajeje kwirasa mu gihe abajejwe umutekano

Bandanya

Sudani : Omar al-Bashir yakuwe k’ubutegetsi n’igisirikare

Umushikiranganji wo kwivuna abansi mu gihugu ca Sudani Ahmed Awad Ibn Ouf yatangaje ko yakuye k’ubutegetsi umukuru

Bandanya

Algerie : Uwari umukuru w’inama nkenguzamateka yagenywe gusubirira Abdelaziz Bouteflika

Abdelkader Bensalah yahora ari umukuru w’inama nkenguzamateka y’igihugu ca Algerie niwe yagenywe n’inama nshingamateka

Bandanya

Algerie :Umukuru w’igihugu Abdelaziz Bouteflika yatanze imihoho

Umukuru w’igihugu ca Algerie Abdelaziz Bouteflika yatanze imihoho mu mabanga yo kurongora ico gihugu inyuma yaho

Bandanya

Kenya:Imbuga za Facebook na Twitter za Uhuru Kenyatta zugawe

Imbuga ngurukanabumenyi za Facebook hamwe na Twitteur z’umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru KENYATTA zugawe inyuma yaho

Bandanya

Nouvelle Zélande : Reta yahagaritse itegeko rijanye no gutunga inkoho

Reta y’igihugu ca Nouvelle Zélande yahagaritse itegeko ryemerera abanyagihugu gutunga ibikoresho inkoho murico gihugu

Bandanya

Algerie : Umukuru w’igihugu Abdelaziz Bouteflika yamenyesheje ko yahevye kwitoza mu kiringo ca 5

Umukuru w’igihugu ca Algerie Abdelaziz Bouteflika yamenyesheje ko yahevye kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu

Bandanya

Amasharihamwe menshi yunguruza abantu n’indege yahagaritse ingendo z’indege z’ubwoko bwa Boeing 737 Max 8

Amashirahamwe menshi akorera mu bijanye no kwunguruza abantu n’ibintu hakoreshejwe indege (Compagnies aériennes)

Bandanya

Tanzaniya :Freeman Mbowe na Esther batavuga rumwe na Reta ya Tanzaniya barekuwe

Abakuru b’umugambwe CHADEMA utavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Reta ya Tanzaniya barekuwe na sentare nkuru y’ico gihugu

Bandanya

Tanzaniya :Abapfumu 65 bagirizwa ubwicanyi bafashwe

Abajejwe umutekano mu gihugu ca Tanzaniya bahagaritse abapfumu 65 bagirizwa ubwicanyi bukabije bakoresheje ibintazi

Bandanya
Pages: 1 | 2 | 3 | 4